Luka 23:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Mugabo umwe muri za nkozi z’ikibi zimanitswe atangura kumubwira amutuka+ ngo: “None nturi Kristu? Ikize udukize natwe.”
39 Mugabo umwe muri za nkozi z’ikibi zimanitswe atangura kumubwira amutuka+ ngo: “None nturi Kristu? Ikize udukize natwe.”