Mariko 14:65 Bibiliya y’isi nshasha 65 Bamwe batangura kumucirako+ no kumupfuka mu maso hose no kumukubita ingumu no kumubwira ngo: “Pfindura!” Abasuku ba sentare na bo bamwakiriza amakofe, baca baramujana+. Luka 22:64 Bibiliya y’isi nshasha 64 bamaze kumupfuka, baza baramubaza bati: “Pfindura. Ni nde agukubise+?”
65 Bamwe batangura kumucirako+ no kumupfuka mu maso hose no kumukubita ingumu no kumubwira ngo: “Pfindura!” Abasuku ba sentare na bo bamwakiriza amakofe, baca baramujana+.