Luka 22:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Haciye akanya uwundi muntu aramubona, avuga ati: “Na wewe uri uwo muri bo.” Mugabo Petero avuga ati: “Wa muntu we, sindi muri bo+.”
58 Haciye akanya uwundi muntu aramubona, avuga ati: “Na wewe uri uwo muri bo.” Mugabo Petero avuga ati: “Wa muntu we, sindi muri bo+.”