Matayo 26:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 avuga ati: “Mumpa iki ngo ndamugabure kuri mwebwe+?” Bamugenera ibiceri mirongo itatu vy’ifeza+. Mariko 14:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Bavyumvise, baranezerwa, baca basezerana kumuha amafeza+. Nuko atangura kurondera akaryo keza ko kumugabura+.
11 Bavyumvise, baranezerwa, baca basezerana kumuha amafeza+. Nuko atangura kurondera akaryo keza ko kumugabura+.