Mariko 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ariko aragendagenda ku nkengera y’ikiyaga ca Galilaya, abona Simoni+ be na Andereya mwene wabo na Simoni bariko baterera insenga zabo mu kiyaga, kuko bari abarovyi+.
16 Ariko aragendagenda ku nkengera y’ikiyaga ca Galilaya, abona Simoni+ be na Andereya mwene wabo na Simoni bariko baterera insenga zabo mu kiyaga, kuko bari abarovyi+.