Mariko 15:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Amaze kubibaririkiza kuri nya ntwazangabo, aha Yozefu nya kiziga+. Yohani 19:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Nuko inyuma y’ivyo, Yozefu w’i Arimateya, uwari umwigishwa wa Yezu mugabo wo mu mpisho kubera yatinya Abayuda+, asaba Pilato uruhusha rwo gukuraho ikiziga ca Yezu; Pilato na we ararumuha+. Nuko rero araza, akuraho ikiziga ciwe+.
38 Nuko inyuma y’ivyo, Yozefu w’i Arimateya, uwari umwigishwa wa Yezu mugabo wo mu mpisho kubera yatinya Abayuda+, asaba Pilato uruhusha rwo gukuraho ikiziga ca Yezu; Pilato na we ararumuha+. Nuko rero araza, akuraho ikiziga ciwe+.