Mariko 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Yigiye imbere gatoya, abona Yakobo mwene Zebedayo na Yohani mwene wabo, mu gihe nyene bari mu bwato bariko basana insenga zabo+; Yohani 21:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Abari kumwe ng’aho yari Simoni Petero na Toma uwitwa Hasa+, na Natanayeli+ w’i Kana h’i Galilaya n’abahungu ba Zebedayo+ na bandi babiri bo mu bigishwa biwe.
19 Yigiye imbere gatoya, abona Yakobo mwene Zebedayo na Yohani mwene wabo, mu gihe nyene bari mu bwato bariko basana insenga zabo+;
2 Abari kumwe ng’aho yari Simoni Petero na Toma uwitwa Hasa+, na Natanayeli+ w’i Kana h’i Galilaya n’abahungu ba Zebedayo+ na bandi babiri bo mu bigishwa biwe.