Luka 4:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Hanyuma aza i Nazareti+, aho yari yararerewe; kandi nk’uko yari amenyereye kubigira ku musi w’isabato, yinjira mw’isinagogi+, hanyuma arahaguruka ngo asome. Ivyakozwe 13:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ariko bo barabandanya, bava i Peruga baza i Antiyokiya h’i Pisidiya, hanyuma binjira mw’isinagogi+ ku musi w’isabato, baricara.
16 Hanyuma aza i Nazareti+, aho yari yararerewe; kandi nk’uko yari amenyereye kubigira ku musi w’isabato, yinjira mw’isinagogi+, hanyuma arahaguruka ngo asome.
14 Ariko bo barabandanya, bava i Peruga baza i Antiyokiya h’i Pisidiya, hanyuma binjira mw’isinagogi+ ku musi w’isabato, baricara.