-
Zakariya 8:19Bibiliya y’isi nshasha
-
-
19 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Ukwisonzesha kwo mu kwezi kugira kane+, n’ukwisonzesha kwo mu kwezi kugira gatanu+, n’ukwisonzesha kwo mu kwezi kugira indwi+, n’ukwisonzesha kwo mu kwezi kugira cumi+ kuzobera inzu ya Yuda umwigino n’umunezero n’ibiringo vy’imisi mikuru vyiza+. Mukunde rero ukuri n’amahoro+.’
-