Mariko 1:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Kandi inabukwe wa Simoni+ yari aryamye arwaye inyonko+, baca bamubwira ivy’uwo mugore. Luka 4:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Amaze guhaguruka akava mw’isinagogi, yinjira mu nzu kwa Simoni. Buno inabukwe wa Simoni yari arembejwe n’inyonko ikaze, hanyuma bamusaba ngo amufashe+.
38 Amaze guhaguruka akava mw’isinagogi, yinjira mu nzu kwa Simoni. Buno inabukwe wa Simoni yari arembejwe n’inyonko ikaze, hanyuma bamusaba ngo amufashe+.