Mariko 5:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Hanyuma afata ukuboko kwa nya mwana, amubwira ati: “Talita kumi,” bikaba bisobanura ngo: “Mwigeme, ndabikubwiye: Haguruka+!” Ivyakozwe 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Aca amufata ukuboko kw’ukuryo+, aramuhagurutsa. Ako kanya nyene ibirenge vyiwe n’amaso y’ibirenge vyiwe birakomera+;
41 Hanyuma afata ukuboko kwa nya mwana, amubwira ati: “Talita kumi,” bikaba bisobanura ngo: “Mwigeme, ndabikubwiye: Haguruka+!”
7 Aca amufata ukuboko kw’ukuryo+, aramuhagurutsa. Ako kanya nyene ibirenge vyiwe n’amaso y’ibirenge vyiwe birakomera+;