Mariko 1:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nuko aja aho ari, aramuhagurutsa amufashe ukuboko; ya nyonko na yo ica iramuvako+, atangura kubakorera+. Luka 4:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Amaze guhaguruka akava mw’isinagogi, yinjira mu nzu kwa Simoni. Buno inabukwe wa Simoni yari arembejwe n’inyonko ikaze, hanyuma bamusaba ngo amufashe+. Luka 4:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Nuko ahagarara hejuru yiwe, akankamira ya nyonko+, ica iramuvako. Ako kanya nyene aca arahaguruka, atangura kubakorera+.
31 Nuko aja aho ari, aramuhagurutsa amufashe ukuboko; ya nyonko na yo ica iramuvako+, atangura kubakorera+.
38 Amaze guhaguruka akava mw’isinagogi, yinjira mu nzu kwa Simoni. Buno inabukwe wa Simoni yari arembejwe n’inyonko ikaze, hanyuma bamusaba ngo amufashe+.
39 Nuko ahagarara hejuru yiwe, akankamira ya nyonko+, ica iramuvako. Ako kanya nyene aca arahaguruka, atangura kubakorera+.