Luka 9:57 Bibiliya y’isi nshasha 57 Buno bari mu nzira bagenda, umuntu umwe amubwira ati: “Nzogukurikira iyo uzoja hose+.”