Mariko 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo kugira mumenye yuko Umwana w’umuntu+ afise ububasha bwo kubabarira ibicumuro kw’isi+,”... abwira nya kimuga ati: Luka 5:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Mugabo kugira mumenye yuko Umwana w’umuntu afise ububasha kw’isi bwo kubabarira ibicumuro...” abwira nya muntu amugaye ati: “Ndabikubwiye: Haguruka, utore agatanda kawe witahire+.”
10 Mugabo kugira mumenye yuko Umwana w’umuntu+ afise ububasha bwo kubabarira ibicumuro kw’isi+,”... abwira nya kimuga ati:
24 Mugabo kugira mumenye yuko Umwana w’umuntu afise ububasha kw’isi bwo kubabarira ibicumuro...” abwira nya muntu amugaye ati: “Ndabikubwiye: Haguruka, utore agatanda kawe witahire+.”