Mariko 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Aca arahaguruka, buno nyene atora inderuzo yiwe, asohoka bose bamubona+, bose bagwa mu gahundwe, baninahaza Imana, bavuga bati: “Ntitwari bwigere tubona ikintu nk’ico+.” Luka 5:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Maze bose uko bangana bagwa mu gahundwe+, batangura kuninahaza Imana, batekerwa n’ubwoba, bavuga bati: “Uno musi turabonye ibintu bitabaho+!” Ivyakozwe 4:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko bamaze kwongera kubatera ubwoba, barabarekura, kubera bataronse imvo n’imwe yo kubahana no kubera abantu+, kuko bose bariko baninahaza Imana ku vyari vyabaye;
12 Aca arahaguruka, buno nyene atora inderuzo yiwe, asohoka bose bamubona+, bose bagwa mu gahundwe, baninahaza Imana, bavuga bati: “Ntitwari bwigere tubona ikintu nk’ico+.”
26 Maze bose uko bangana bagwa mu gahundwe+, batangura kuninahaza Imana, batekerwa n’ubwoba, bavuga bati: “Uno musi turabonye ibintu bitabaho+!”
21 Nuko bamaze kwongera kubatera ubwoba, barabarekura, kubera bataronse imvo n’imwe yo kubahana no kubera abantu+, kuko bose bariko baninahaza Imana ku vyari vyabaye;