Luka 5:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Inyuma y’ivyo arasohoka, abona umutozakori yitwa Lewi yicaye ku biro vy’ikori, amubwira ati: “Nkurikira+.” Luka 5:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Na we asiga vyose+ arahaguruka aramukurikira.
27 Inyuma y’ivyo arasohoka, abona umutozakori yitwa Lewi yicaye ku biro vy’ikori, amubwira ati: “Nkurikira+.”