Mariko 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ico gihe abigishwa ba Yohani n’Abafarizayo barisonzesha. Nuko baraza, bamubwira bati: “Ni kubera iki abigishwa ba Yohani n’abigishwa b’Abafarizayo bisonzesha, mugabo abigishwa bawe ntibisonzeshe+?” Luka 5:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Bamubwira bati: “Abigishwa ba Yohani barisonzesha kenshi bakongera bagatura intakambo, kandi n’ab’Abafarizayo ni ko bagira, mugabo abawe baririra bakinywera+.” Luka 18:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ndisonzesha kabiri mu ndwi, ngatanga ic’icumi c’ibintu vyose ndonka+.’
18 Ico gihe abigishwa ba Yohani n’Abafarizayo barisonzesha. Nuko baraza, bamubwira bati: “Ni kubera iki abigishwa ba Yohani n’abigishwa b’Abafarizayo bisonzesha, mugabo abigishwa bawe ntibisonzeshe+?”
33 Bamubwira bati: “Abigishwa ba Yohani barisonzesha kenshi bakongera bagatura intakambo, kandi n’ab’Abafarizayo ni ko bagira, mugabo abawe baririra bakinywera+.”