Matayo 20:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Yezu bimutera ikigongwe, akora ku maso yabo+, buno nyene baca barabona, hanyuma baramukurikira+.