Matayo 12:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Abafarizayo ngo bavyumve, bavuga bati: “Uyo muntu ntiyirukana amadayimoni bidaciye kuri Beyezebuli, umutware w’amadayimoni+.” Mariko 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Vyongeye, abanditsi bari bamanutse bavuye i Yeruzalemu bariko bavuga bati: “Arimwo Beyezebuli, kandi yirukana amadayimoni biciye ku mutware w’amadayimoni+.” Luka 11:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo abantu bamwe muri bo bavuga bati: “Yirukana amadayimoni biciye kuri Beyezebuli umutware w’amadayimoni+.”
24 Abafarizayo ngo bavyumve, bavuga bati: “Uyo muntu ntiyirukana amadayimoni bidaciye kuri Beyezebuli, umutware w’amadayimoni+.”
22 Vyongeye, abanditsi bari bamanutse bavuye i Yeruzalemu bariko bavuga bati: “Arimwo Beyezebuli, kandi yirukana amadayimoni biciye ku mutware w’amadayimoni+.”
15 Mugabo abantu bamwe muri bo bavuga bati: “Yirukana amadayimoni biciye kuri Beyezebuli umutware w’amadayimoni+.”