Luka 10:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze atangura kubabwira ati: “Ivyimburwa+ ni vyinshi koko, mugabo abakozi+ ni bake. Nuko rero nimwinginge+ Umukuru w’iyimbura arungike abakozi+ mw’iyimbura ryiwe. Yohani 4:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Ntimuvuga none yuko hagisigaye amezi ane ngo iyimbura rigere? Ehe ndababwiye nti: Raramure amaso yanyu murabe imirima: ireze, igeze kwimbura+. Ubu
2 Maze atangura kubabwira ati: “Ivyimburwa+ ni vyinshi koko, mugabo abakozi+ ni bake. Nuko rero nimwinginge+ Umukuru w’iyimbura arungike abakozi+ mw’iyimbura ryiwe.
35 Ntimuvuga none yuko hagisigaye amezi ane ngo iyimbura rigere? Ehe ndababwiye nti: Raramure amaso yanyu murabe imirima: ireze, igeze kwimbura+. Ubu