Mariko 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Hanyuma ababwira ati: “Vyoba vyemewe kw’isabato gukora igikorwa ciza canke gukora igikorwa kibi, gukiza umuntu canke kumwica+?” Mugabo baguma bacereje. Luka 14:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko Yezu aca abwira abahanga mu vy’Itegeko n’Abafarizayo, ati: “Mbega kw’isabato vyoba vyemewe gukiza canke ntivyemewe+?” Yohani 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Bamwe mu Bafarizayo batangura rero kuvuga bati: “Uyu si umuntu ava ku Mana, kuko atubahiriza Isabato+.” Abandi batangura kuvuga bati: “Umuntu w’umucumuzi ashobora gute gukora ibimenyetso+ mwene ivyo?” Nuko haba ukwicamwo ibice+ hagati yabo.
4 Hanyuma ababwira ati: “Vyoba vyemewe kw’isabato gukora igikorwa ciza canke gukora igikorwa kibi, gukiza umuntu canke kumwica+?” Mugabo baguma bacereje.
3 Nuko Yezu aca abwira abahanga mu vy’Itegeko n’Abafarizayo, ati: “Mbega kw’isabato vyoba vyemewe gukiza canke ntivyemewe+?”
16 Bamwe mu Bafarizayo batangura rero kuvuga bati: “Uyu si umuntu ava ku Mana, kuko atubahiriza Isabato+.” Abandi batangura kuvuga bati: “Umuntu w’umucumuzi ashobora gute gukora ibimenyetso+ mwene ivyo?” Nuko haba ukwicamwo ibice+ hagati yabo.