ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 27:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Bukeye, abakuru b’abaherezi n’abagabo b’inararibonye bose b’ico gisata bagira inama Yezu ngo bamwice+.

  • Mariko 3:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Abafarizayo baca barasohoka, buno nyene batangura kumugira inama bari kumwe n’abanywanyi b’umugambwe wa Herodi+ kugira bamwice+.

  • Luka 6:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Mugabo baca buzura ubusazi, batangura kuvugana hagati yabo ico bogira Yezu+.

  • Yohani 5:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Emwe, Abayuda baca barushirizaho kurondera kumwica+, kubera ko atariko arenga kw’Isabato gusa ahubwo kandi yariko yita Imana ngo ni Se+ wiwe bwite, akigira uwungana+ n’Imana.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika