Mariko 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Vyongeye, abanditsi bari bamanutse bavuye i Yeruzalemu bariko bavuga bati: “Arimwo Beyezebuli, kandi yirukana amadayimoni biciye ku mutware w’amadayimoni+.” Luka 11:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo abantu bamwe muri bo bavuga bati: “Yirukana amadayimoni biciye kuri Beyezebuli umutware w’amadayimoni+.”
22 Vyongeye, abanditsi bari bamanutse bavuye i Yeruzalemu bariko bavuga bati: “Arimwo Beyezebuli, kandi yirukana amadayimoni biciye ku mutware w’amadayimoni+.”
15 Mugabo abantu bamwe muri bo bavuga bati: “Yirukana amadayimoni biciye kuri Beyezebuli umutware w’amadayimoni+.”