Matayo 13:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Ivyo vyose Yezu yabibwiye amasinzi mu bigereranyo. Nkako, nta co yababwira adakoresheje ikigereranyo+; Mariko 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Buno igihe yari wenyene, abamukikije hamwe na bamwe cumi na babiri batangura kumubaza ibibazo ku vyerekeye nya bigereranyo+. Luka 8:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo abigishwa biwe batangura kumubaza ico ico kigereranyo coba gisobanura+.
34 Ivyo vyose Yezu yabibwiye amasinzi mu bigereranyo. Nkako, nta co yababwira adakoresheje ikigereranyo+;
10 Buno igihe yari wenyene, abamukikije hamwe na bamwe cumi na babiri batangura kumubaza ibibazo ku vyerekeye nya bigereranyo+.