Yesaya 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umutima w’aba bantu nuwudadaze+, amatwi yabo uyakomantaze+, umatanye amaso yabo, kugira ntibaboneshe amaso yabo, n’amatwi yabo ntibayumvishe, no kugira ngo umutima wabo ntutegere, no kugira ntibahindukire koko ngo bakizwe+.” Yeremiya 5:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Nimwumve rero ibi, yemwe bantu batagira ubukerebutsi, batagira umutima+: Bafise amaso, mugabo ntibashobora kubona+; bafise amatwi, mugabo ntibashobora kwumva+. Ezekiyeli 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Mwana w’umuntu, uba hagati mu nzu y’ingarariji+, mu bafise amaso yo kubona mugabo bakaba vy’ukuri batabona+, bafise amatwi yo kwumva mugabo bakaba vy’ukuri batumva+, kuko ari inzu y’ingarariji+. Mariko 4:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 kugira ngo naho baraba, barabe yamara ntibabone, kandi naho bumva, bumve yamara ntibategere insobanuro, canke ngo bigere bahindukira ngo bababarirwe+.” Mariko 8:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 ‘Naho muri n’amaso, mbega ntimubona? Kandi naho muri n’amatwi, mbega ntimwumva+?’ Vyongeye, mbega ntimwibuka,
10 Umutima w’aba bantu nuwudadaze+, amatwi yabo uyakomantaze+, umatanye amaso yabo, kugira ntibaboneshe amaso yabo, n’amatwi yabo ntibayumvishe, no kugira ngo umutima wabo ntutegere, no kugira ntibahindukire koko ngo bakizwe+.”
21 “Nimwumve rero ibi, yemwe bantu batagira ubukerebutsi, batagira umutima+: Bafise amaso, mugabo ntibashobora kubona+; bafise amatwi, mugabo ntibashobora kwumva+.
2 “Mwana w’umuntu, uba hagati mu nzu y’ingarariji+, mu bafise amaso yo kubona mugabo bakaba vy’ukuri batabona+, bafise amatwi yo kwumva mugabo bakaba vy’ukuri batumva+, kuko ari inzu y’ingarariji+.
12 kugira ngo naho baraba, barabe yamara ntibabone, kandi naho bumva, bumve yamara ntibategere insobanuro, canke ngo bigere bahindukira ngo bababarirwe+.”
18 ‘Naho muri n’amaso, mbega ntimubona? Kandi naho muri n’amatwi, mbega ntimwumva+?’ Vyongeye, mbega ntimwibuka,