Yesaya 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abandanya kuvuga ati: “Genda, ubwire aba bantu uti: ‘Nimwumve yemwe incuro n’izindi, ariko ntimutegere; kandi mubone incuro n’izindi, ariko ntihagire ico mumenya+.’ Yohani 12:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 “Yahumye amaso yabo yongera akomantaza imitima yabo+, kugira ngo ntibabone n’amaso yabo, ngo bategere iciyumviro n’imitima yabo hanyuma bahindukire nanje ndabakize+.” Ivyakozwe 28:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 iti: ‘Genda kuri aba bantu uvuge uti: “Kwumva muzokwumva, mugabo ntimuzogenda mutegereye; kandi kuraba muzoraba, mugabo ntimuzogenda mubonye+. Abaroma 11:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 nk’uko vyanditswe ngo: “Imana yabahaye impwemu y’itiro rirerire+, ibaha amaso kugira ntibabone, n’amatwi kugira ntibumve, gushika n’uyu musi+.” 2 Abakorinto 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ariko ububasha bwabo bwo kwiyumvira bwarapfushe+. Kuko gushika uyu musi nya citwikiro nyene kigumaho igihe hasomwa isezerano rya kera+, kubera ko gikurwaho biciye kuri Kristu+.
9 Abandanya kuvuga ati: “Genda, ubwire aba bantu uti: ‘Nimwumve yemwe incuro n’izindi, ariko ntimutegere; kandi mubone incuro n’izindi, ariko ntihagire ico mumenya+.’
40 “Yahumye amaso yabo yongera akomantaza imitima yabo+, kugira ngo ntibabone n’amaso yabo, ngo bategere iciyumviro n’imitima yabo hanyuma bahindukire nanje ndabakize+.”
26 iti: ‘Genda kuri aba bantu uvuge uti: “Kwumva muzokwumva, mugabo ntimuzogenda mutegereye; kandi kuraba muzoraba, mugabo ntimuzogenda mubonye+.
8 nk’uko vyanditswe ngo: “Imana yabahaye impwemu y’itiro rirerire+, ibaha amaso kugira ntibabone, n’amatwi kugira ntibumve, gushika n’uyu musi+.”
14 Ariko ububasha bwabo bwo kwiyumvira bwarapfushe+. Kuko gushika uyu musi nya citwikiro nyene kigumaho igihe hasomwa isezerano rya kera+, kubera ko gikurwaho biciye kuri Kristu+.