Zaburi 112:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umubisha azobibona kamurye koko+. ש [Sini]Azohekenya amenyo, ashonge ata kabuza+. ת [Tau]Icipfuzo c’ababisha kizoyogera+. Matayo 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 nayo abana b’ubwami+ bazotererwa mu mwiza hanze. Aho ni ho hazoba ukurira kwabo n’uguhekenya amenyo+.” Luka 13:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Aho ni ho hazoba ukurira kwanyu n’uguhekenya amenyo+, nimwabona Aburahamu na Izahaki na Yakobo be n’abahanuzi bose mu bwami bw’Imana+, mugabo mwebwe ubwanyu mwatawe hanze.
10 Umubisha azobibona kamurye koko+. ש [Sini]Azohekenya amenyo, ashonge ata kabuza+. ת [Tau]Icipfuzo c’ababisha kizoyogera+.
12 nayo abana b’ubwami+ bazotererwa mu mwiza hanze. Aho ni ho hazoba ukurira kwabo n’uguhekenya amenyo+.”
28 Aho ni ho hazoba ukurira kwanyu n’uguhekenya amenyo+, nimwabona Aburahamu na Izahaki na Yakobo be n’abahanuzi bose mu bwami bw’Imana+, mugabo mwebwe ubwanyu mwatawe hanze.