Matayo 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 nayo abana b’ubwami+ bazotererwa mu mwiza hanze. Aho ni ho hazoba ukurira kwabo n’uguhekenya amenyo+.” Matayo 22:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze nya mwami abwira abasuku biwe ati: ‘Nimumubohe amaboko n’amaguru, mumuterere mu mwiza hanze. Aho ni ho hazoba ukurira kwiwe n’uguhekenya amenyo+.’
12 nayo abana b’ubwami+ bazotererwa mu mwiza hanze. Aho ni ho hazoba ukurira kwabo n’uguhekenya amenyo+.”
13 Maze nya mwami abwira abasuku biwe ati: ‘Nimumubohe amaboko n’amaguru, mumuterere mu mwiza hanze. Aho ni ho hazoba ukurira kwiwe n’uguhekenya amenyo+.’