Matayo 15:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze abigishwa baraza, bamubwira bati: “Mbega urazi ko Abafarizayo batsitaye bumvise ivyo uvuze+?” 1 Petero 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 riba n’“ibuye ritsitaza n’igitandara kigwisha+.” Abo batsitara kuko bagambararira rya jambo. Ico nyene ni co kandi bagenewe+.
12 Maze abigishwa baraza, bamubwira bati: “Mbega urazi ko Abafarizayo batsitaye bumvise ivyo uvuze+?”
8 riba n’“ibuye ritsitaza n’igitandara kigwisha+.” Abo batsitara kuko bagambararira rya jambo. Ico nyene ni co kandi bagenewe+.