Matayo 4:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Hanyuma yumvise ko Yohani yafashwe+, avayo yinjira i Galilaya+. Mariko 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko Herodi ubwiwe yari yatumye ngo bafate Yohani hanyuma amubohera mw’ibohero kubera Herodiya muka Filipo mwene wabo, kuko Herodi yari yamwabiriye+. Luka 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mugabo Herodi umutware w’intara, kubera yari yakangiriwe na we ku bijanye na Herodiya umugore wa mwene wabo no ku bijanye n’ibikorwa vy’ububisha vyose Herodi yakoze+,
17 Kuko Herodi ubwiwe yari yatumye ngo bafate Yohani hanyuma amubohera mw’ibohero kubera Herodiya muka Filipo mwene wabo, kuko Herodi yari yamwabiriye+.
19 Mugabo Herodi umutware w’intara, kubera yari yakangiriwe na we ku bijanye na Herodiya umugore wa mwene wabo no ku bijanye n’ibikorwa vy’ububisha vyose Herodi yakoze+,