Abalewi 18:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “‘Ubwambure bw’umugore wa mwene wanyu+ ntuze ubupfukure. Ni ubwambure bwa mwene wanyu. Abalewi 20:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Aho umugabo atwaye umugore wa mwene wabo, ni ikintu co kuzinukwa+. Aba apfukuye ubwambure bwa mwene wabo. Nta kana bazogira. Matayo 19:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ndababwiye yuko uwo wese yirukana umugore wiwe atamuhoye ubusambanyi akarongora uwundi, aba arenze ibigo+.”
21 Aho umugabo atwaye umugore wa mwene wabo, ni ikintu co kuzinukwa+. Aba apfukuye ubwambure bwa mwene wabo. Nta kana bazogira.
9 Ndababwiye yuko uwo wese yirukana umugore wiwe atamuhoye ubusambanyi akarongora uwundi, aba arenze ibigo+.”