ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 21:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Nitwavuga na ho ngo ‘Ku bantu,’ turatinya isinzi+, kuko bose Yohani bamufata nk’umuhanuzi+.”

  • Mariko 6:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Kuko Herodi yatinya+ Yohani, kubera yari azi ko ari umugabo w’umugororotsi kandi w’umweranda+; mbere yaramukingira. Kandi amaze kumwumviriza+ yarazazanirwa rwose, yamara akabandanya kumwumviriza ahimbawe.

  • Luka 1:76
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 76 Mugabo weho ga mwana mutoyi, uzokwitwa umuhanuzi wa Musumbavyose, kuko uzokwitangira imbere Yehova kugira utegure inzira ziwe+,

  • Luka 20:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Mugabo nitwavuga ngo ‘Ku bantu,’ abantu bose uko bangana baradutera amabuye+, kuko banyuzwe yuko Yohani+ yari umuhanuzi+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika