1 Samweli 14:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Umwe muri nya bantu aca avuga ati: “So wawe yarahije abantu ashimitse ati: ‘Aravumwe umuntu aza kurya umukate uyu musi+!’” (Abantu batangura kuruha+.) 1 Samweli 25:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Imana igirire gutyo abansi ba Dawidi, mbere n’ibirenze ivyo+, ninareka ngo buce+ hari n’umwe asigaye mu bantu biwe bose b’igitsina-gabo*+.” Mariko 6:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Maze umukobwa w’uwo Herodiya nyene arinjira, aratamba, ashimisha Herodi hamwe n’abari bicaranye+ na we. Umwami abwira nya mwigeme ati: “Nsaba ico ushaka cose, ndakiguha.”
28 Umwe muri nya bantu aca avuga ati: “So wawe yarahije abantu ashimitse ati: ‘Aravumwe umuntu aza kurya umukate uyu musi+!’” (Abantu batangura kuruha+.)
22 Imana igirire gutyo abansi ba Dawidi, mbere n’ibirenze ivyo+, ninareka ngo buce+ hari n’umwe asigaye mu bantu biwe bose b’igitsina-gabo*+.”
22 Maze umukobwa w’uwo Herodiya nyene arinjira, aratamba, ashimisha Herodi hamwe n’abari bicaranye+ na we. Umwami abwira nya mwigeme ati: “Nsaba ico ushaka cose, ndakiguha.”