Matayo 17:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ariko ndababwiye yuko Eliya yamaze kuza ntibamumenya, mugabo bamukorera ivyo bashaka. Muri ubwo buryo nyene Umwana w’umuntu abwirizwa kubabarizwa mu maboko yabo+.” Mariko 6:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 hanyuma azana umutwe wiwe kw’isiniya, awuha nya mwigeme, nya mwigeme na we awuha nyina+.
12 Ariko ndababwiye yuko Eliya yamaze kuza ntibamumenya, mugabo bamukorera ivyo bashaka. Muri ubwo buryo nyene Umwana w’umuntu abwirizwa kubabarizwa mu maboko yabo+.”