Mariko 6:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Na we ababwira ati: “Nimuze, mwebwe mwenyene, ahiherereye mu gahinga+ muruhuke gatoya+.” Kuko abaza n’abagenda bari benshi, ku buryo batari bafise n’akanya ko gufungura+. Luka 9:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Hanyuma intumwa zigarutse zimwiganira ibintu vyose zakoze+. Aca arazijana, arazihereranya+ mu gisagara citwa Betsayida.
31 Na we ababwira ati: “Nimuze, mwebwe mwenyene, ahiherereye mu gahinga+ muruhuke gatoya+.” Kuko abaza n’abagenda bari benshi, ku buryo batari bafise n’akanya ko gufungura+.
10 Hanyuma intumwa zigarutse zimwiganira ibintu vyose zakoze+. Aca arazijana, arazihereranya+ mu gisagara citwa Betsayida.