Luka 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze umusi utangura kwira. Bamwe cumi na babiri buno baraza, bamubwira bati: “Rungika iryo sinzi kugira ngo rigende mu bigwati no mu gihugu hagati mu micungararo ryironse uburaro rironke n’ibifungurwa, kuko ng’aha turi mu gahinga+.”
12 Maze umusi utangura kwira. Bamwe cumi na babiri buno baraza, bamubwira bati: “Rungika iryo sinzi kugira ngo rigende mu bigwati no mu gihugu hagati mu micungararo ryironse uburaro rironke n’ibifungurwa, kuko ng’aha turi mu gahinga+.”