Mariko 6:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Hanyuma, bidatevye, agobera abigishwa biwe kwurira ubwato ngo babe baragenda ku yindi nkengera amagana i Betsayida, mu gihe na we ubwiwe arungika rya sinzi+. Yohani 6:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Yezu rero, amenya ko bagira baze kumufata ngo bamugire umwami, aca asubira+ ku musozi wenyene.
45 Hanyuma, bidatevye, agobera abigishwa biwe kwurira ubwato ngo babe baragenda ku yindi nkengera amagana i Betsayida, mu gihe na we ubwiwe arungika rya sinzi+.