ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Mariko 6:46
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 46 Mugabo amaze kubasezera, aja ku musozi gusenga+.

  • Luka 6:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Muri iyo misi aja ku musozi gusenga+, abandanya gusenga Imana ijoro ryose+.

  • Luka 9:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Mu nyuma, igihe yariko arasenga ari wenyene, abigishwa bakoranira kuri we, hanyuma arababaza, ati: “Amasinzi avuga ko ndi nde+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika