Mariko 6:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 Hanyuma bajabutse bakaja i musozi, binjira i Genesareti baraheza bakorora inanga bazirika imeri hafi yaho+. Yohani 6:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Bagomba rero kumutwara mu bwato, ako kanya ubwato bushika i musozi aho bariko barondera kuja+.
53 Hanyuma bajabutse bakaja i musozi, binjira i Genesareti baraheza bakorora inanga bazirika imeri hafi yaho+.