Mariko 6:56 Bibiliya y’isi nshasha 56 Kandi aho hose yaba yinjiye mu bigwati canke mu bisagara canke mu gihugu hagati+, barashira abarwaye mu tuguriro hanyuma bakamutakambira ngo bapfe gusa gukora+ ku buyonga+ bw’impuzu yiwe yo hejuru. Kandi ababukorako bose barakira+.
56 Kandi aho hose yaba yinjiye mu bigwati canke mu bisagara canke mu gihugu hagati+, barashira abarwaye mu tuguriro hanyuma bakamutakambira ngo bapfe gusa gukora+ ku buyonga+ bw’impuzu yiwe yo hejuru. Kandi ababukorako bose barakira+.