ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 6:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 “‘Ikintu cose kizokora ku nyama zaryo, kizocika ceranda+, kandi igihe hagize uwucucagira impuzu makeyi ku maraso yaryo+, uzomesera ahantu heranda ico ayacucagiye+.

  • Guharura 15:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 “Vugana na bene Isirayeli, ubabwire yuko bategerezwa kwihingurira imibari y’ubuyonga ku mpuzu* zabo mu mayaruka yabo yose, kandi baze bashire akagozi k’ubururu hejuru y’umubari w’ubuyonga w’impuzu+.

  • Matayo 9:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 kuko yaguma yibwira ati: “Ninapfa gukora ku mpuzu yiwe yo hejuru, ndakira+.”

  • Mariko 3:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko yakijije benshi, bigatuma abari barwaye indwara zibabaza cane bose bamurundanako kugira bamukoreko+.

  • Luka 6:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Kandi isinzi ryose ryariko rirondera kumukorako+, kubera ko ububasha+ bwamuvamwo bukabakiza bose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika