Mariko 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Hanyuma babonye bamwe mu bigishwa biwe bafungura n’iminwe ihumanye, ni ukuvuga iminwe idakaravye+— Luka 11:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Ariko nya Mufarizayo atangazwa no kubona atabanje gukaraba+ imbere yo gufungura. Yohani 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ico gihe hari imibindi itandatu y’amazi ikozwe mu mabuye iteretse ng’aho nk’uko vyasabwa n’amategeko y’Abayuda y’ivy’ukwityorora+, umwe wose ukaba washobora kujamwo ingero* zibiri canke zitatu.
6 Ico gihe hari imibindi itandatu y’amazi ikozwe mu mabuye iteretse ng’aho nk’uko vyasabwa n’amategeko y’Abayuda y’ivy’ukwityorora+, umwe wose ukaba washobora kujamwo ingero* zibiri canke zitatu.