ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 78:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Umutima wabo ntiwari uhamye kuri yo+;

      Kandi ntibabaye abizigirwa mw’isezerano ryayo+.

  • Ezekiyeli 33:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Bazoza iwawe, nk’uko abantu baza, bicare imbere yawe nk’abantu banje+; kandi bazokwumva koko amajambo yawe mugabo ntibazoyashira mu ngiro+, kuko baserurisha akanwa kabo ivyipfuzo vy’inambu, kandi inyungu y’akarenganyo ni yo umutima wabo ugenda ukurikira+.

  • Mariko 7:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Bansengera ubusa, kuko inyigisho bigisha ari amabwirizwa y’abantu+.’

  • Abakolosayi 2:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 ku bijanye n’ibintu biba bigenewe gutikira vyose iyo bikoreshejwe, mukurikije amategeko be n’inyigisho vy’abantu+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika