-
Matayo 13:36Bibiliya y’isi nshasha
-
-
36 Maze ahejeje kurungika nya masinzi, yinjira mu nzu. Hanyuma abigishwa biwe baza kuri we, bamubwira bati: “Dusigurire ca kigereranyo c’icatsi kibi mw’itongo.”
-