Mariko 7:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Arahaguruka ava ng’aho aja mu turere twa Tiro na Sidoni+. Hanyuma yinjira mu nzu, akaba atashaka ko hagira umuntu n’umwe abimenya. Yamara ntivyashobotse ko batamubona+;
24 Arahaguruka ava ng’aho aja mu turere twa Tiro na Sidoni+. Hanyuma yinjira mu nzu, akaba atashaka ko hagira umuntu n’umwe abimenya. Yamara ntivyashobotse ko batamubona+;