Mariko 7:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Aca amubwira ati: “Ko uvuze ivyo, genda; ya dayimoni yavuye mu mukobwa wawe+.” Yohani 4:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 Se aca amenya yuko kuri nya saha nyene+ ari ho Yezu yamubwira ati: “Umwana wawe ni muzima.” Nuko we hamwe n’urugo rwiwe rwose baremera+.
53 Se aca amenya yuko kuri nya saha nyene+ ari ho Yezu yamubwira ati: “Umwana wawe ni muzima.” Nuko we hamwe n’urugo rwiwe rwose baremera+.