Mariko 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yohani umubatizi yaraserutse mu gahinga yamamaza ibatisimu y’ukwigaya ku bwo kubabarirwa ibicumuro+. Yohani 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Hahagurutse umuntu yari yatumwe ngo aserukire Imana+: izina ryiwe ryari Yohani+.
4 Yohani umubatizi yaraserutse mu gahinga yamamaza ibatisimu y’ukwigaya ku bwo kubabarirwa ibicumuro+.