Matayo 16:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kuva ico gihe Yezu Kristu atangura kwereka abigishwa biwe yuko ategerezwa kuja i Yeruzalemu agashikirwa n’ibintu vyinshi atejwe n’abagabo b’inararibonye n’abakuru b’abaherezi be n’abanditsi, hanyuma akicwa, maze ku musi ugira gatatu akazurwa+. Mariko 9:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo ndabibabwiye: Eliya+ mu vy’ukuri yaraje, bamugirira ivyo bashaka vyose, nk’uko vyanditswe kuri we+.” Luka 23:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 arekura+ wa muntu yari yatawe mw’ibohero kubera ubugumutsi n’ubwicanyi, ari na we bariko barasaba, mugabo atanga Yezu ngo bamugire uko bagomba+.
21 Kuva ico gihe Yezu Kristu atangura kwereka abigishwa biwe yuko ategerezwa kuja i Yeruzalemu agashikirwa n’ibintu vyinshi atejwe n’abagabo b’inararibonye n’abakuru b’abaherezi be n’abanditsi, hanyuma akicwa, maze ku musi ugira gatatu akazurwa+.
13 Mugabo ndabibabwiye: Eliya+ mu vy’ukuri yaraje, bamugirira ivyo bashaka vyose, nk’uko vyanditswe kuri we+.”
25 arekura+ wa muntu yari yatawe mw’ibohero kubera ubugumutsi n’ubwicanyi, ari na we bariko barasaba, mugabo atanga Yezu ngo bamugire uko bagomba+.