Mariko 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina, Abanyefeso 5:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina akifatanya* n’umugore wiwe, kandi abo babiri bazoba umubiri umwe+.”
31 “Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina akifatanya* n’umugore wiwe, kandi abo babiri bazoba umubiri umwe+.”