Mariko 10:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Buno abantu batangura kumuzanira abana batoyi ngo abakoreko; mugabo abigishwa barabakankamira+. Luka 18:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Buno abantu batangura kumuzanira n’inzoya zabo ngo azikoreko; mugabo abigishwa babibonye batangura kubakankamira+.
15 Buno abantu batangura kumuzanira n’inzoya zabo ngo azikoreko; mugabo abigishwa babibonye batangura kubakankamira+.